1 Abami 7:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Maze ashira amashareti atanu iburyo bwa nya nzu*, yandi atanu ibubamfu bwayo. Ca gitangi citwa Ikiyaga na co agishira iburyo bwa nya nzu, amaja mu bumanuko bushira ubuseruko+.
39 Maze ashira amashareti atanu iburyo bwa nya nzu*, yandi atanu ibubamfu bwayo. Ca gitangi citwa Ikiyaga na co agishira iburyo bwa nya nzu, amaja mu bumanuko bushira ubuseruko+.