Zaburi 126:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 126 Igihe Yehova yagarukana abantu b’i Siyoni bagizwe imbohe+,wamengo turiko turarota. Zaburi 126:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Uwusohoka arira,atwaye isaho irimwo imbuto zo kubiba,emwe azogaruka avuza akaruru k’umunezero+,yikoreye imiganda y’ivyo yimbuye+. Yesaya 35:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abacunguwe na Yehova bazogaruka+ bashike i Siyoni n’akamo k’umunezero+. Bazoba bambaye ku mutwe urugori rw’umunezero udahera+. Bazokwigina banezerwe,kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+. Zakariya 4:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 «Amaboko ya Zerubabeli ni yo yashinze umushinge w’iyi nzu+, kandi ni yo azoyisozera+. Muzomenya vy’ukuri yuko Yehova Nyeningabo ari we yabantumyeko.
6 Uwusohoka arira,atwaye isaho irimwo imbuto zo kubiba,emwe azogaruka avuza akaruru k’umunezero+,yikoreye imiganda y’ivyo yimbuye+.
10 Abacunguwe na Yehova bazogaruka+ bashike i Siyoni n’akamo k’umunezero+. Bazoba bambaye ku mutwe urugori rw’umunezero udahera+. Bazokwigina banezerwe,kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+.
9 «Amaboko ya Zerubabeli ni yo yashinze umushinge w’iyi nzu+, kandi ni yo azoyisozera+. Muzomenya vy’ukuri yuko Yehova Nyeningabo ari we yabantumyeko.