Itanguriro 18:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Kuko namuhisemwo* kugira ategeke abahungu biwe n’abazomukomokako kugumya inzira za Yehova mu gukora ibibereye n’ibigororotse+, maze jewe Yehova nzoheza nshitse ivyo namusezeraniye.» Gusubira mu vyagezwe 6:6, 7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Aya majambo ndabategetse uno musi abwirizwa kuba ku mitima yanyu, 7 kandi mutegerezwa kuyasubiriramwo* abana banyu+ no kubabwira ivyayo igihe mwicaye mu nzu, igihe muriko muragenda mu nzira, igihe muryamye n’igihe muvyutse+.
19 Kuko namuhisemwo* kugira ategeke abahungu biwe n’abazomukomokako kugumya inzira za Yehova mu gukora ibibereye n’ibigororotse+, maze jewe Yehova nzoheza nshitse ivyo namusezeraniye.»
6 Aya majambo ndabategetse uno musi abwirizwa kuba ku mitima yanyu, 7 kandi mutegerezwa kuyasubiriramwo* abana banyu+ no kubabwira ivyayo igihe mwicaye mu nzu, igihe muriko muragenda mu nzira, igihe muryamye n’igihe muvyutse+.