Zaburi 14:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Abantu b’imburabwenge bibwira mu mutima ngo: «Yehova nta wuriho+.» Ibikorwa vyabo ni bibi kandi inyifato yabo irasesemye.Nta n’umwe akora ivyiza+. 1 Abakorinto 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Mugabo umuntu w’umubiri ntiyemera* ibintu vy’impwemu y’Imana, kuko ari ubupfu kuri we. Kandi ntashobora kubimenya, kuko bisuzumwa mu buryo bw’impwemu.
14 Abantu b’imburabwenge bibwira mu mutima ngo: «Yehova nta wuriho+.» Ibikorwa vyabo ni bibi kandi inyifato yabo irasesemye.Nta n’umwe akora ivyiza+.
14 Mugabo umuntu w’umubiri ntiyemera* ibintu vy’impwemu y’Imana, kuko ari ubupfu kuri we. Kandi ntashobora kubimenya, kuko bisuzumwa mu buryo bw’impwemu.