ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Iyo nitegereje ijuru, igikorwa c’intoke zawe,

      nkitegereza ukwezi n’inyenyeri waremye+,

  • Yesaya 48:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Ukuboko kwanje ni kwo kwashinze umushinge w’isi+,

      ukuryo kwanje gusanza ijuru+.

      Igihe ndabihamagaye, bihagurukira icarimwe.

  • Abaheburayo 1:10-12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Kandi ngo: «Ewe Mukama, mu ntango washizeho umushinge w’isi, kandi amaboko yawe ni yo yaremye ijuru. 11 Ivyo bizovaho ariko wewe uzokwamaho. Vyose bizohera nka kurya kw’ivyambarwa. 12 Uzobizinga nk’umutamana, nk’impuzu, kandi bizohindurwa. Ariko wewe ntiwigera uhinduka, n’imyaka yawe ntiyigera ihera+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika