ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaheburayo 7:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 (Hariho vy’ukuri abantu babaye abaherezi bidaciye ku ndahiro. Mugabo uyo wewe yamubaye biciye ku ndahiro imwerekeye yarahiwe n’Umwe yavuga ati: «Yehova* yararahiye, kandi ntazokwivuguruza*. Yavuze ati: “Uri umuherezi ibihe vyose+.”»)

  • Abaheburayo 7:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Kuko amategeko agena abantu bafise ubugoyagoye ngo babe abaherezi bakuru+, mugabo ijambo rya ya ndahiro+ yarahiwe inyuma y’amategeko rikagena Umwana. Uwo mwana yagizwe uwutunganye+ ibihe vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika