ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 14:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Asa aca atabaza Yehova Imana yiwe+ ati: «Ewe Yehova, urashoboye gutabara abantu, baba bafise inkomezi* canke badafise inkomezi+. Ewe Yehova Mana yacu, dufashe kuko ari wewe twizigiye*+, kandi tuje kurwanya iri sinzi mw’izina ryawe+. Yehova, uri Imana yacu. Umuntu buntu ntakurushe inkomezi+.»

  • 2 Ngoma 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ewe Mana yacu, none ntiwobacira urubanza ukabahana+? Twebwe nta co twishoboje imbere y’iri sinzi rinini rije kudutera kandi ntituzi ico twokora+. Ni wewe duhanze amaso+.»

  • 2 Ngoma 32:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 We afise inkomezi z’abantu buntu*, mugabo twebwe dufise Yehova Imana yacu adufasha kandi akaturwanira mu ntambara+.» Nuko abantu baremeshwa n’ayo majambo ya Hezekiya umwami w’Ubuyuda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika