Yakobo 1:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Umuntu yiyumvira ko asenga Imana* ariko ntagumye ururimi rwiwe*+, aba ariko arahenda umutima wiwe, kandi ugusenga kwiwe nta co kuba kumaze. Yakobo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mugabo nta n’umwe ashobora kumenyereza ururimi kugamburuka. Ni akagaramaruganda kandi rugira nabi, rukaba rwuzuye ubumara bwica+.
26 Umuntu yiyumvira ko asenga Imana* ariko ntagumye ururimi rwiwe*+, aba ariko arahenda umutima wiwe, kandi ugusenga kwiwe nta co kuba kumaze.
8 Mugabo nta n’umwe ashobora kumenyereza ururimi kugamburuka. Ni akagaramaruganda kandi rugira nabi, rukaba rwuzuye ubumara bwica+.