1 Ngoma 28:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nawe Salomo mwananje, nurondere kumenya Imana ya so kandi uyikorere n’umutima wawe wose*+ be n’umutima uhimbawe*, kuko Yehova asuzuma imitima yose+ akamenya imigambi* yose umuntu afise mu mutima n’ivyiyumviro vyiwe+. Niwamurondera uzomuronka*+ mugabo niwamuheba na we azoguheba ibihe vyose+. Yeremiya 17:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Jewe Yehova nsesa umutima+,ngasuzuma ivyiyumviro vy’ibwina*,kugira ngo umwe wese ndamuhe ibihuye n’ingeso ziwe,ibihuye n’ivyo akora*+. Ivyahishuwe 2:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Nzokwica abana biwe nkoresheje ikiza cica, kugira amashengero yose amenye ko ari jewe nsuzuma imitima n’ivyiyumviro vyihishije*, kandi umwe wese muri mwebwe nzomuha ibihuye n’ibikorwa vyiwe+.
9 Nawe Salomo mwananje, nurondere kumenya Imana ya so kandi uyikorere n’umutima wawe wose*+ be n’umutima uhimbawe*, kuko Yehova asuzuma imitima yose+ akamenya imigambi* yose umuntu afise mu mutima n’ivyiyumviro vyiwe+. Niwamurondera uzomuronka*+ mugabo niwamuheba na we azoguheba ibihe vyose+.
10 Jewe Yehova nsesa umutima+,ngasuzuma ivyiyumviro vy’ibwina*,kugira ngo umwe wese ndamuhe ibihuye n’ingeso ziwe,ibihuye n’ivyo akora*+.
23 Nzokwica abana biwe nkoresheje ikiza cica, kugira amashengero yose amenye ko ari jewe nsuzuma imitima n’ivyiyumviro vyihishije*, kandi umwe wese muri mwebwe nzomuha ibihuye n’ibikorwa vyiwe+.