ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 17
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya: ibirimwo

      • Igicumuro c’Ubuyuda caratsimbataye (1-4)

      • Imihezagiro iva ku kwizigira Yehova (5-8)

      • Umutima ni umuhemu (9-11)

      • Yehova, icizigiro ca Isirayeli (12, 13)

      • Isengesho rya Yeremiya (14-18)

      • Isabato igume ari nyeranda (19-27)

Yeremiya 17:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «agasaruzo.» Raba Insiguro y’amajambo (Agasaruzo).

Yeremiya 17:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 3:7; 2Ng 24:18; 33:1, 3
  • +Yes 1:29; Ezk 6:13

Yeremiya 17:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «mu bibanza vyawe bitaramutse.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:11, 13; Yr 15:13
  • +Lw 26:30; Ezk 6:3

Yeremiya 17:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «kuko mwadometswe nk’umuriro mw’ishavu ryanje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 5:2
  • +Gus 28:48; Yr 16:13
  • +Yes 5:25; Yr 15:14

Yeremiya 17:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umugabo akomeye.»

  • *

    Canke «ukuboko kwiwe kw’inyama.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:1, 2
  • +2Bm 16:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 44

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 10

Yeremiya 17:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umugabo akomeye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:8; 146:5; Yes 26:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 10

Yeremiya 17:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 1:3; 92:12, 13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    9/2019, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2011, rup. 28

    15/3/2011, rup. 14

    1/3/2009, rup. 16-17

Yeremiya 17:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umubeshi.»

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «urwaye indwara idakira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 6:5; 8:21; Img 28:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 43-45

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2004, rup. 10-11

    1/11/2001, rup. 20

    1/8/2001, rup. 20

    1/3/2000, rup. 30

Yeremiya 17:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «inyiyumvo z’ibwina.» Mu giheburayo havuga ngo «amafyigo.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 16:7; 1Ng 28:9; Img 17:3; 21:2
  • +Rm 2:6; Gl 6:7; Ivh 2:23; 22:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2013, rup. 9

Yeremiya 17:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «atabigiranye ubutungane.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:20; Yes 1:23; Yak 5:4

Yeremiya 17:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 2:5; Yes 6:1

Yeremiya 17:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abamvako.» Biboneka ko hariko havugwa abava kuri Yehova.

  • *

    Canke «bakaba abahuni.» Raba Insiguro y’amajambo (Ubuhuni).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 73:27; Yes 1:28
  • +Yr 2:13; Ivh 22:1

Yeremiya 17:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 15:20

Yeremiya 17:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:19; 2Pt 3:4

Yeremiya 17:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ubazimanganye kabiri.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 15:15; 20:11
  • +Yr 18:23

Yeremiya 17:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ry’abana b’abantu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:2

Yeremiya 17:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 13:19

Yeremiya 17:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:9, 10; Lw 23:3
  • +Kv 31:13

Yeremiya 17:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «badadaje izosi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:4; Ezk 20:13

Yeremiya 17:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:12-14

Yeremiya 17:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abatware.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 132:11
  • +Yr 22:4

Yeremiya 17:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu bumanuko.»

  • *

    Canke «olibani.» Raba Insiguro y’amajambo (Olibani).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:44
  • +Yr 33:13
  • +Lw 1:3
  • +Ezr 3:3
  • +Lw 2:1, 2
  • +Zb 107:22; 116:17; Yr 33:10, 11

Yeremiya 17:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:9, 10; Yr 39:8
  • +2Bm 22:16, 17; Int 4:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 17:2Abc 3:7; 2Ng 24:18; 33:1, 3
Yer. 17:2Yes 1:29; Ezk 6:13
Yer. 17:32Bm 24:11, 13; Yr 15:13
Yer. 17:3Lw 26:30; Ezk 6:3
Yer. 17:4Int 5:2
Yer. 17:4Gus 28:48; Yr 16:13
Yer. 17:4Yes 5:25; Yr 15:14
Yer. 17:5Yes 30:1, 2
Yer. 17:52Bm 16:7
Yer. 17:7Zb 34:8; 146:5; Yes 26:3
Yer. 17:8Zb 1:3; 92:12, 13
Yer. 17:9It 6:5; 8:21; Img 28:26
Yer. 17:101Sm 16:7; 1Ng 28:9; Img 17:3; 21:2
Yer. 17:10Rm 2:6; Gl 6:7; Ivh 2:23; 22:12
Yer. 17:11Img 28:20; Yes 1:23; Yak 5:4
Yer. 17:122Ng 2:5; Yes 6:1
Yer. 17:13Zb 73:27; Yes 1:28
Yer. 17:13Yr 2:13; Ivh 22:1
Yer. 17:14Yr 15:20
Yer. 17:15Yes 5:19; 2Pt 3:4
Yer. 17:18Yr 15:15; 20:11
Yer. 17:18Yr 18:23
Yer. 17:19Yr 7:2
Yer. 17:21Neh 13:19
Yer. 17:22Kv 20:9, 10; Lw 23:3
Yer. 17:22Kv 31:13
Yer. 17:23Yes 48:4; Ezk 20:13
Yer. 17:24Gus 5:12-14
Yer. 17:25Zb 132:11
Yer. 17:25Yr 22:4
Yer. 17:26Yr 32:44
Yer. 17:26Yr 33:13
Yer. 17:26Lw 1:3
Yer. 17:26Ezr 3:3
Yer. 17:26Lw 2:1, 2
Yer. 17:26Zb 107:22; 116:17; Yr 33:10, 11
Yer. 17:272Bm 25:9, 10; Yr 39:8
Yer. 17:272Bm 22:16, 17; Int 4:11
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yeremiya 17:1-27

Yeremiya

17 «Igicumuro c’Ubuyuda candikishijwe ikaramu* y’icuma.

Casaruwe ku mutima wabo

no ku mahembe y’ibicaniro vyabo hakoreshejwe isonga rya diyama.

 2 Abahungu babo na bo bibuka ibicaniro vyabo n’inkingi nyeranda zabo z’ibiti*+

vyari iruhande y’igiti gitotahaye, ku mirambi miremire+

 3 no ku misozi yo mu gahinga.

Ibintu vyawe, amatunga yawe yose, nzoreka babisahure+.

Bazosahura ibiri mu bibanza vyawe vyo gusengeramwo* kubera igicumuro gikorerwa mu turere twawe twose+.

 4 Uzoheba intoranwa nari naraguhaye, uyihebe ari wewe bivuyeko+.

Nzotuma ukorera abansi bawe mu gihugu utazi+,

kuko ishavu ryanje mwaridometse nk’umuriro*+.

Uzoguma waka ibihe vyose.»

 5 Yehova avuze ati:

«Aravumwe umuntu* yizigira abantu buntu+,

akisunga ububasha bw’abantu*+,

umutima wiwe ukava kuri Yehova.

 6 Azoba nk’igiti cirebanga mu bugaragwa.

Iciza nicaza ntazobibona,

ahubwo azoba ahantu hagadutse mu gahinga,

mu gihugu c’umunyu ata muntu ashobora kukibamwo.

 7 Arahezagiwe umuntu* yizigira Yehova,

Yehova akaba amizero yiwe+.

 8 Azoba nk’igiti gitewe iruhande y’amazi,

gishora imizi yaco ku ruzi.

Ubushuhe nibwaza ntazobwumva,

ahubwo amababi yiwe azokwama atotahaye+.

Mu mwaka w’uruzuba ntazogira amaganya,

canke ngo areke kwama ivyamwa.

 9 Umutima ni umuhemu* kuruta ikindi kintu cose kandi ni mubi cane*+.

Ni nde yowumenya?

10 Jewe Yehova nsesa umutima+,

ngasuzuma ivyiyumviro vy’ibwina*,

kugira ngo umwe wese ndamuhe ibihuye n’ingeso ziwe,

ibihuye n’ivyo akora*+.

11 Uwurondera ubutunzi mu buryo bw’ububeshi*+

ameze nk’inkware yegeranya amagi itataye.

Acagatije ubuzima bwiwe, ubwo butunzi buzokwigira.

Amaherezo azoboneka ko ari imburabwenge.»

12 Kuva mu ntango intebe y’ubwami ininahaye y’Imana yamye iri hejuru.

Ni yo kibanza cacu ceranda+.

13 Ewe Yehova, cizigiro ca Isirayeli,

abaguta bose bazomaramara.

Abakuvako* bakaguheba* bazokwandikwa mw’ivu+,

kuko bagutaye wewe Yehova, wewe soko ry’amazi y’ubuzima+.

14 Ewe Yehova nkiza, nanje ndakira.

Ndokora ndarokoka+

kuko ari wewe nshemeza.

15 Erega hari abambwira ngo:

«Ivyo Yehova yavuze biri hehe+?

Nibiranguke.»

16 Mugabo jewe, sinahunze ngo ndeke kuba umwungere agukurikira,

canke ngo nipfuze umusi w’ivyago.

Urazi neza ivyo iminwa yanje yavuze.

Vyose vyabaye ubona.

17 Ntutume ntekerwa n’ubwoba.

Uri ubuhungiro bwanje ku musi w’ivyago.

18 Abampama nibamaramare+,

mugabo ntureke ngo maramare.

Nibabe ari bo batekerwa n’ubwoba,

mugabo ntureke ngo ntekerwe n’ubwoba.

Nubazaneko umusi w’ivyago+,

ubavunagure, ubazimanganye buhere*.

19 Yehova yambwiye ati: «Genda uhagarare mw’irembo nyamukuru* abami b’Ubuyuda bacamwo mu kwinjira no mu gusohoka, uhagarare no mu marembo yose ya Yeruzalemu+. 20 Ubabwire uti: “Nimwumve ivyo Yehova avuze, yemwe bami b’Ubuyuda namwe ababa mu Buyuda mwese n’i Yeruzalemu, mwinjirana muri aya marembo. 21 Yehova avuze ati: ‘Muragabe, ntihagire umutwaro mutwara ku musi w’isabato canke ngo muwinjize i Yeruzalemu muwucishije mu marembo yaho+. 22 Ntihagire umutwaro mukura mu mihana yanyu ku musi w’isabato, kandi ntihagire igikorwa na kimwe mukora+. Umusi w’isabato mugume mubona ko ari mweranda, nk’uko nabitegetse ba sogokuruza banyu+. 23 Mugabo ntibumvirije canke ngo batege ugutwi. Babaye intagondwa* banka kugamburuka no gutozwa indero+.’”

24 “‘Mugabo nimwangamburukira vy’ukuri’, ni ko Yehova avuze, ‘ntihagire umutwaro mwinjiza muri iki gisagara muwucishije mu marembo yaco ku musi w’isabato kandi umusi w’isabato mukaguma mubona ko ari mweranda, ntimugire igikorwa na kimwe mukora kuri uwo musi+, 25 abami n’abaganwa* bicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, na bo nyene bazokwinjira muri iki gisagara baciye mu marembo yaco. Bazohinjira bagendera ku mikogote no ku mafarasi, bo n’abaganwa babo, n’abagabo bo mu Buyuda be n’ababa i Yeruzalemu+. Kandi iki gisagara kizobamwo abantu ibihe vyose. 26 Abantu bazoza bavuye mu bisagara vy’Ubuyuda, mu micungararo ya Yeruzalemu, mu karere ka Benyamini+, mu karere k’imirambi+, mu misozi n’i Negebu*. Bazoza bazanye amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, ibimazi+, amashikanwa y’intete+, imibavu*, n’ibimazi vyo gukenguruka, babizane mu nzu ya Yehova+.

27 Mugabo nimutangamburukira ngo umusi w’isabato mugume mubona ko ari mweranda, ngo mureke gutwara imitwaro no kuyinjiza i Yeruzalemu muyicishije mu marembo yaho ku musi w’isabato, nzoturira amarembo yaho, maze uwo muriro uturire koko iminara ikomeye y’i Yeruzalemu+, kandi ntuzozima+.’”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika