ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 61:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 61 Impwemu y’Umukama Segaba Yehova iri kuri jewe+,

      kuko Yehova yandobanuye* kugira ngo mbwire inkuru nziza abitonda+.

      Yantumye gutubika ibikomere vy’abavunitse umutima,

      gutangaza ko abagizwe imbohe bazorekurwa,

      ko amaso y’abanyororo azokwugururwa rwose+.

  • Matayo 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Yezu amaze kubatizwa, ubwo nyene aca yiburuka mu mazi. Ijuru rica riruguruka+ maze abona impwemu y’Imana imanuka iza kuri we imeze nk’inuma+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika