ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 11:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Yezu abishura ati: «Genda mubwire Yohani ivyo mwumva n’ivyo mubona+: 5 impumyi ubu zirabona+, abacumbagira baratambuka, abanyamibembe+ barahumanurwa, abatumva barumva, abapfuye barazurwa kandi abakene barabwirwa inkuru nziza+.

  • Ivyakozwe 10:37, 38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Murazi inkuru yavugwa i Yudaya hose, ikaba yahereye i Galilaya+ inyuma y’ibatisimu Yohani yamamaza: 38 inkuru yerekeye Yezu w’i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje* impwemu nyeranda+ n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abantu bose bahahazwa na Shetani*+, kuko Imana yari kumwe na we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika