Matayo 4:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Atangura kuzunguruka i Galilaya hose+, yigisha mu masinagogi+ yabo yongera yamamaza inkuru nziza y’Ubwami, kandi yagenda arakiza abantu indwara z’ubwoko bwose n’ubumuga bw’ubwoko bwose+.
23 Atangura kuzunguruka i Galilaya hose+, yigisha mu masinagogi+ yabo yongera yamamaza inkuru nziza y’Ubwami, kandi yagenda arakiza abantu indwara z’ubwoko bwose n’ubumuga bw’ubwoko bwose+.