ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 4:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Hanyuma aja i Nazareti+, aho yari yarakuriye. Nk’uko yari asanzwe abigira ku musi w’isabato, yinjira mw’isinagogi+ hanyuma arahaguruka ngo asome.

  • Ivyakozwe 13:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Maze Pawulo na bagenziwe burira ubwato bava i Pafo bashika i Peruga mu ntara ya Pamfiliya. Mugabo Yohani+ abasigayo asubira i Yeruzalemu+. 14 Ariko bo bava i Peruga baja i Antiyokiya mu karere ka Pisidiya. Hanyuma binjira mw’isinagogi+ ku musi w’isabato, baricara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika