-
Zefaniya 3:14, 15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Niwihe akaruru k’umunezero, wa mukobwa wa Siyoni!
Vuza akaruru k’intsinzi, ewe Isirayeli+!
Nezerwa, wigine n’umutima wawe wose, wa mukobwa wa Yeruzalemu+!
15 Yehova yakuyeho urubanza yari yaguciriye+.
Yasubije inyuma umwansi wawe+.
Yehova, umwami wa Isirayeli, ari hagati yawe+.
Nta vyago bizosubira kugutera ubwoba+.
-