ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 21:42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 Yezu ababwira ati: «Mbega ntimwigeze musoma mu Vyanditswe ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+? Ivyo vyavuye kuri Yehova*, kandi biratangaje mu maso yacu+.”

  • Mariko 12:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Mbega ntimwigeze musoma iki canditswe kivuga ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+?

  • Luka 20:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Yezu aca arabitegereza, maze avuga ati: «None iki canditswe kivuga ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+”, gisobanura iki?

  • Ivyakozwe 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Uyo Yezu ni we “buye mwebwe abubatsi mwakengereye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika