Zaburi 118:22, 23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ibuye abubatsi batayeryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+. 23 Ivyo vyavuye kuri Yehova+,kandi biratangaje mu maso yacu+. Mariko 12:10, 11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mbega ntimwigeze musoma iki canditswe kivuga ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+? 11 Ivyo vyavuye kuri Yehova*, kandi biratangaje mu maso yacu+.”»
22 Ibuye abubatsi batayeryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+. 23 Ivyo vyavuye kuri Yehova+,kandi biratangaje mu maso yacu+.
10 Mbega ntimwigeze musoma iki canditswe kivuga ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+? 11 Ivyo vyavuye kuri Yehova*, kandi biratangaje mu maso yacu+.”»