Abaheburayo 10:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 «“Iri ni ryo sezerano nzogirana na bo inyuma y’iyo misi”, ni ko Yehova* avuze. “Nzoshira amategeko yanje mu mitima yabo, ndayandike mu bwenge* bwabo+.”»
16 «“Iri ni ryo sezerano nzogirana na bo inyuma y’iyo misi”, ni ko Yehova* avuze. “Nzoshira amategeko yanje mu mitima yabo, ndayandike mu bwenge* bwabo+.”»