Yesaya 63:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Kubera iki ga Yehova ureka* tukangarira kure y’inzira zawe? Kubera iki ureka* imitima yacu igakomantara ku buryo tutagutinya+? Nugaruke udutabare ku bw’abasavyi bawe,ya miryango igize intoranwa yawe+.
17 Kubera iki ga Yehova ureka* tukangarira kure y’inzira zawe? Kubera iki ureka* imitima yacu igakomantara ku buryo tutagutinya+? Nugaruke udutabare ku bw’abasavyi bawe,ya miryango igize intoranwa yawe+.