ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 30:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Kuko ishavu ryiwe ari iry’akanya gato+,

      ariko ubuntu* bwiwe ni ubw’ubuzima bwose+.

      Umuntu yoshobora kurira ku mugoroba, ariko mu gitondo akavuza impundu+.

  • Zaburi 103:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Ntaguma atorana amahinyu+,

      kandi ntabika inzika ibihe vyose+.

  • Zaburi 103:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Nk’uko ijuru riri kure cane y’isi,

      ni ko n’urukundo* akunda abamutinya ari rwinshi+.

  • Yesaya 54:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 «Kuko naguhevye akanya gatoyi,

      mugabo nzokugarukana+ ndabigiranye imbabazi nyinshi.

  • Yeremiya 31:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 «Mbega Efurayimu si umwana wanje nkunda cane akampimbara+?

      Kuko igihe cose ndamukosoye, nsubira nkamwibuka.

      Ni co gituma ndamugirira ikigumbagumba*+.

      Nzomwumvira koko akagongwe», ni ko Yehova avuze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika