ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 21:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Manase yarasheshe n’amaraso menshi cane y’abantu ata co bazira, Yeruzalemu yose ayuzuza amaraso+. Ivyo vyaje vyiyongera ku gicumuro yakwegeyemwo abo mu Buyuda bagakora ivyo Yehova abona ko ari bibi.

  • Yeremiya 2:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Mbere n’impuzu zawe ziriko ibirabagu vy’amaraso y’aboro ata co bazira+.

      Sinabafashe bariko baramena inzu,

      ariko amaraso yabo nayasanze ku mpuzu zawe zose+.

  • Matayo 23:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 mukavuga ngo: “Iyo tuza kuba tuhari mu gihe ca ba sokuruza, ntitwari kwifatanya na bo mu gusesa amaraso y’abahanuzi.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika