Yosuwa 23:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yehova Imana yanyu ni we yagumye ahindira kure yanyu ababa muri ayo mahanga+, arabomora ku bwanyu maze mwigarurira igihugu cabo, nk’uko nyene Yehova Imana yanyu yabibasezeraniye+.
5 Yehova Imana yanyu ni we yagumye ahindira kure yanyu ababa muri ayo mahanga+, arabomora ku bwanyu maze mwigarurira igihugu cabo, nk’uko nyene Yehova Imana yanyu yabibasezeraniye+.