ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 23:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Umukuru yitwa Ohola*, mwenewabo akitwa Oholiba*. Babaye abanje maze bibaruka abahungu n’abakobwa. Uwitwa Ohola ni Samariya+, uwitwa Oholiba na we ni Yeruzalemu.

      5 Ohola atangura gukora ubumaraya+, kandi yari uwanje. Yaripfuza rwose abamukunda cane*+, ni ukuvuga ababanyi biwe b’Abashuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika