17 Abandi bahungu Yekoniya yavyaye igihe yari imbohe ni Shalutiyeli, 18 Malikiramu, Pedaya, Shenazari, Yekamiya, Hoshama na Nedabiya. 19 Abahungu ba Pedaya bari Zerubabeli+ na Shimeyi. Aba Zerubabeli na bo bari Meshulamu na Hananiya (mushiki wabo yitwa Shelomiti).