Matayo 13:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 umwansi yakibivye na we ni Shetani*. Iyimbura ni iherezo* ry’ivy’iyi si*. Abimbuzi na bo ni abamarayika. Matayo 13:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Ukwo ni ko bizogenda kw’iherezo* ry’ivy’iyi si: abamarayika bazoza, barobanure ababisha mu bagororotsi, Matayo 24:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Igihe rero yari yicaye ku musozi w’Imyelayo, abigishwa baramwegera ari bonyene, bamubaza bati: «Tubwire: ivyo bintu bizoba ryari, kandi ni ikimenyetso ikihe kizokwerekana igihe c’ukugaruka kwawe*+ n’ic’iherezo* ry’ivy’iyi si*+?»
39 umwansi yakibivye na we ni Shetani*. Iyimbura ni iherezo* ry’ivy’iyi si*. Abimbuzi na bo ni abamarayika.
49 Ukwo ni ko bizogenda kw’iherezo* ry’ivy’iyi si: abamarayika bazoza, barobanure ababisha mu bagororotsi,
3 Igihe rero yari yicaye ku musozi w’Imyelayo, abigishwa baramwegera ari bonyene, bamubaza bati: «Tubwire: ivyo bintu bizoba ryari, kandi ni ikimenyetso ikihe kizokwerekana igihe c’ukugaruka kwawe*+ n’ic’iherezo* ry’ivy’iyi si*+?»