Matayo 13:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Izabibwe mu mahwa, zigereranya uwumva iryo jambo, mugabo amaganya y’ubuzima bwo muri iyi si*+ n’ububasha buhendana bw’ubutunzi bikarinyoha maze ntiryame+. Luka 16:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nta mukozi ashobora gukorera ba shebuja babiri, kuko azokwanka umwe agakunda uwundi, canke akihebera umwe agasuzugura uwundi. Ntimushobora gukorera Imana n’Ubutunzi+.»
22 Izabibwe mu mahwa, zigereranya uwumva iryo jambo, mugabo amaganya y’ubuzima bwo muri iyi si*+ n’ububasha buhendana bw’ubutunzi bikarinyoha maze ntiryame+.
13 Nta mukozi ashobora gukorera ba shebuja babiri, kuko azokwanka umwe agakunda uwundi, canke akihebera umwe agasuzugura uwundi. Ntimushobora gukorera Imana n’Ubutunzi+.»