Luka 12:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Aca abwira abigishwa biwe ati: «Ni co gituma ndababwiye nti: Nimureke kwiganyira ku vyo muzorya canke ivyo muzokwambara+.
22 Aca abwira abigishwa biwe ati: «Ni co gituma ndababwiye nti: Nimureke kwiganyira ku vyo muzorya canke ivyo muzokwambara+.