Matayo 21:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Yezu abishura ati: «Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe mwoba mufise ukwizera kandi ntimukekeranye, ntimwokora ivyo nakoreye iki giti c’umusukoni gusa. Ahubwo mwobwira n’uyu musozi muti: “Randuka ugwe mu kiyaga”, kandi vyoba+. Mariko 11:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe umuntu yobwira uyu musozi ati: “Randuka ugwe mu kiyaga”, kandi akabigira adakekeranya mu mutima ahubwo yizeye ko ivyo avuze biba, bizoba+. Luka 17:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umukama na we azishura ati: «Iyaba mwari mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira iki giti c’umukere wirabura muti: “Randuka wibadike mu kiyaga!”, kandi wobagamburukira+.
21 Yezu abishura ati: «Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe mwoba mufise ukwizera kandi ntimukekeranye, ntimwokora ivyo nakoreye iki giti c’umusukoni gusa. Ahubwo mwobwira n’uyu musozi muti: “Randuka ugwe mu kiyaga”, kandi vyoba+.
23 Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe umuntu yobwira uyu musozi ati: “Randuka ugwe mu kiyaga”, kandi akabigira adakekeranya mu mutima ahubwo yizeye ko ivyo avuze biba, bizoba+.
6 Umukama na we azishura ati: «Iyaba mwari mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira iki giti c’umukere wirabura muti: “Randuka wibadike mu kiyaga!”, kandi wobagamburukira+.