Matayo 17:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Abishura ati: «Ni kubera mufise ukwizera guke. Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe mwoba mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira uyu musozi muti: “Va ng’aha uje hariya”, kandi wogenda. Nta kintu na kimwe cobananira+.» Matayo 21:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Yezu abishura ati: «Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe mwoba mufise ukwizera kandi ntimukekeranye, ntimwokora ivyo nakoreye iki giti c’umusukoni gusa. Ahubwo mwobwira n’uyu musozi muti: “Randuka ugwe mu kiyaga”, kandi vyoba+. Mariko 11:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe umuntu yobwira uyu musozi ati: “Randuka ugwe mu kiyaga”, kandi akabigira adakekeranya mu mutima ahubwo yizeye ko ivyo avuze biba, bizoba+.
20 Abishura ati: «Ni kubera mufise ukwizera guke. Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe mwoba mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira uyu musozi muti: “Va ng’aha uje hariya”, kandi wogenda. Nta kintu na kimwe cobananira+.»
21 Yezu abishura ati: «Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe mwoba mufise ukwizera kandi ntimukekeranye, ntimwokora ivyo nakoreye iki giti c’umusukoni gusa. Ahubwo mwobwira n’uyu musozi muti: “Randuka ugwe mu kiyaga”, kandi vyoba+.
23 Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe umuntu yobwira uyu musozi ati: “Randuka ugwe mu kiyaga”, kandi akabigira adakekeranya mu mutima ahubwo yizeye ko ivyo avuze biba, bizoba+.