Abalewi 19:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ntukankire mwenewanyu mu mutima wawe+. Utegerezwa gukosora mugenzawe+ kugira ntusangire igicumuro na we. Imigani 25:8, 9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ntushingishe urubanza gihutihuti.None wokora iki hamwe mugenzawe yokumaramaza+? 9 Genda mubiyage na mugenzawe+,ariko ntuhishure ivyo wabwiwe mw’ibanga*+, Luka 17:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mwiyubare. Mwenewanyu niyacumura, uze umukosore+. Niyigaya na ho, uze umubabarire+.
17 Ntukankire mwenewanyu mu mutima wawe+. Utegerezwa gukosora mugenzawe+ kugira ntusangire igicumuro na we.
8 Ntushingishe urubanza gihutihuti.None wokora iki hamwe mugenzawe yokumaramaza+? 9 Genda mubiyage na mugenzawe+,ariko ntuhishure ivyo wabwiwe mw’ibanga*+, Luka 17:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mwiyubare. Mwenewanyu niyacumura, uze umukosore+. Niyigaya na ho, uze umubabarire+.