Luka 21:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ariko imbere y’uko ivyo vyose bishika, abantu bazobafata babahame+, babashengeze mu masinagogi kandi babate mu mabohero. Bazobarengutsa imbere y’abami na ba buramatari kubera izina ryanje+.
12 Ariko imbere y’uko ivyo vyose bishika, abantu bazobafata babahame+, babashengeze mu masinagogi kandi babate mu mabohero. Bazobarengutsa imbere y’abami na ba buramatari kubera izina ryanje+.