ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 15:22-24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Nuko bamuzana ahantu hitwa Gologota, bikaba bisobanura ngo «ahantu h’Agahanga+.» 23 Bageze ng’aho, bagerageza kumuha umuvinyu uvanze n’ikiyayuramutwe citwa imira+, mugabo ntiyawunywa. 24 Hanyuma baramumanika, baca bagabura impuzu ziwe bakoresheje ubupfindo, kugira bamenye izo umwe wese atwara+.

  • Luka 23:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Bashitse ahantu hitwa Gahanga+, baca bamumanika ng’aho ari kumwe na za nkozi z’ikibi, umwe iburyo bwiwe, uwundi ibubamfu+.

  • Yohani 19:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Yezu rero yikorera igiti ciwe co kubabarizwako*, agenda ahitwa ahantu h’Agahanga+, mu giheburayo hakaba hitwa Gologota+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika