Abaheburayo 10:19, 20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ku bw’ivyo bavukanyi, turashobora guca mu nzira yinjira ahantu heranda+ ata bwoba dufise* biciye ku maraso ya Yezu. 20 Iyo nzira yayitwugururiye* ari inzira nshasha kandi nzima ica muri ya rido+, ari wo mubiri wiwe.
19 Ku bw’ivyo bavukanyi, turashobora guca mu nzira yinjira ahantu heranda+ ata bwoba dufise* biciye ku maraso ya Yezu. 20 Iyo nzira yayitwugururiye* ari inzira nshasha kandi nzima ica muri ya rido+, ari wo mubiri wiwe.