Matayo 17:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ariko abigishwa biwe bamubaza bati: «Kubera iki none abanditsi bavuga ko Eliya ategerezwa kubanza kuza+?»
10 Ariko abigishwa biwe bamubaza bati: «Kubera iki none abanditsi bavuga ko Eliya ategerezwa kubanza kuza+?»