Gusubira mu vyagezwe 24:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Umugabo niyatwara umugore ariko ntamushime kubera yamubonyeko ikintu kitabereye, aze amwandikire urupapuro rwo kwahukana arumuhe+, maze amwirukane mu nzu yiwe+. Matayo 5:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Vyaravuzwe kandi ngo: “Uwo wese yirukana umugore wiwe, namuhe urupapuro rwo kwahukana+.” Matayo 19:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Baca bamubwira bati: «Kubera iki none Musa yategetse ko umuntu amuha urupapuro* rwo kwahukana maze akamwirukana+?»
24 Umugabo niyatwara umugore ariko ntamushime kubera yamubonyeko ikintu kitabereye, aze amwandikire urupapuro rwo kwahukana arumuhe+, maze amwirukane mu nzu yiwe+.
7 Baca bamubwira bati: «Kubera iki none Musa yategetse ko umuntu amuha urupapuro* rwo kwahukana maze akamwirukana+?»