Itanguriro 2:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi bazoba umubiri umwe+. Abanyefeso 5:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 «Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+.»
24 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi bazoba umubiri umwe+.
31 «Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+.»