Itanguriro 2:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi bazoba umubiri umwe+. Matayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yavuze ati: “Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+.”
24 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi bazoba umubiri umwe+.
5 Yavuze ati: “Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+.”