-
Matayo 27:20-23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Mugabo abakuru b’abaherezi n’abashingantahe bosha iryo sinzi ngo risabe Baraba+, ariko Yezu yicwe+. 21 Buramatari aca ababaza ati: «Mushaka ndabarekurire uyuhe muri aba babiri?» Bamwishura bati: «Baraba.» 22 Pilato yongera kubabaza ati: «None Yezu umwe bita Kristu ndamugire gute?» Bose bishura bati: «Mumanike*+!» 23 Aca avuga ati: «Kubera iki? Ikibi yakoze ni ikihe?» Mugabo barushiriza gusemerera bati: «Mumanike+!»
-