-
Mariko 9:38-40Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
38 Yohani aca amubwira ati: «Mwigisha, twabonye umuntu yariko yirukana amadayimoni mw’izina ryawe, duca tugerageza kumubuza kubera atariko aradukurikira+.» 39 Ariko Yezu amwishura ati: «Ntimugerageze kumubuza, kuko ata muntu n’umwe yokora ibikorwa vy’ububasha mw’izina ryanje ngo ace yihutira kumvuga nabi. 40 Uwutaturwanya aba adushigikiye+.
-