ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 18:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Umumarayika akomeye aca aterura ikibuye kimeze nk’urusyo runini, agiterera mu kiyaga maze avuga ati: «Ukwo ni ko Babiloni ca gisagara kinini kizotemba mu kanya isase, kandi ntikizosubira kuboneka+.

  • Ivyahishuwe 18:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Emwe, iwe ni ho habonetse amaraso y’abahanuzi, ay’aberanda+ n’ay’abantu bose bishwe kw’isi+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika