Matayo 27:20, 21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mugabo abakuru b’abaherezi n’abashingantahe bosha iryo sinzi ngo risabe Baraba+, ariko Yezu yicwe+. 21 Buramatari aca ababaza ati: «Mushaka ndabarekurire uyuhe muri aba babiri?» Bamwishura bati: «Baraba.» Mariko 15:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mugabo abakuru b’abaherezi baca bagumura abo bantu ngo bamusabe abarekurire Baraba, aho kurekura Yezu+. Yohani 18:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Bongera gusemerera bati: «Ntuturekurire uyo, turekurire Baraba!» Uwo Baraba rero yari umwambuzi+.
20 Mugabo abakuru b’abaherezi n’abashingantahe bosha iryo sinzi ngo risabe Baraba+, ariko Yezu yicwe+. 21 Buramatari aca ababaza ati: «Mushaka ndabarekurire uyuhe muri aba babiri?» Bamwishura bati: «Baraba.»
11 Mugabo abakuru b’abaherezi baca bagumura abo bantu ngo bamusabe abarekurire Baraba, aho kurekura Yezu+.