ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 53:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Mugabo yaracumiswe+ azira ibicumuro vyacu+.

      Yarajanjaguwe azira amakosa yacu+.

      Yaremeye guhanwa kugira turonke amahoro+,

      kandi kubera ibikomere vyiwe twarakize+.

  • Mariko 9:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 kuko yariko yigisha abigishwa biwe, ababwira ati: «Umwana w’umuntu azotangwa mu maboko y’abantu. Bazomwica+, ariko azozuka haciye imisi itatu+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika