Yesaya 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Kuko hari umwana yatuvukiye+,twaronse umuhungu.Ubutware* buzokwama ku rutugu rwiwe+. Azokwitwa Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho, Umutware w’amahoro. Yohani 1:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+. Wa mwana w’ikinege ameze nk’Imana*+ ari iruhande ya Se*+, ni we yayisiguye+. Abafilipi 2:5, 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mugumane uyu mutima Kristu Yezu na we nyene yari afise+. 6 Naho yari ameze nk’Imana+, ntiyigeze aniyumvira ivyo kurondera kungana na yo+.
6 Kuko hari umwana yatuvukiye+,twaronse umuhungu.Ubutware* buzokwama ku rutugu rwiwe+. Azokwitwa Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho, Umutware w’amahoro.
18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+. Wa mwana w’ikinege ameze nk’Imana*+ ari iruhande ya Se*+, ni we yayisiguye+.
5 Mugumane uyu mutima Kristu Yezu na we nyene yari afise+. 6 Naho yari ameze nk’Imana+, ntiyigeze aniyumvira ivyo kurondera kungana na yo+.