ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 8:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Icanditswe yariko arasoma cari iki: «Yazanywe nk’intama igiye kubagwa, kandi nka kurya kw’umwagazi w’intama winumiye imbere y’umuntu awumwa ubwoya, ntakurako umunwa+.

  • Ivyakozwe 8:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Filipo aca afata ijambo, amubwira inkuru nziza yerekeye Yezu ahereye kuri ico canditswe.

  • 1 Petero 1:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Kuko muzi yuko ubuzima ata co bumaze mwarazwe na ba sogokuruza banyu* mwabukuwemwo*+ bidaciye ku bintu vyononekara, nk’ifeza canke inzahabu. 19 Ahubwo mwabukuwemwo biciye ku maraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagira akanenge* canke agatosi+, ni ukuvuga amaraso ya Kristu+.

  • Ivyahishuwe 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Maze mbona umwagazi w’intama+ usa n’uwishwe+, uhagaze hagati* ya ya ntebe y’ubwami na vya binyabuzima bine no hagati ya ba bakurambere+. Wari ufise amahembe indwi n’amaso indwi, ayo maso akaba agereranya impwemu indwi z’Imana+ zatumwe mw’isi yose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika