ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Iyo ntama ikwiye kuba ari isuguru imaze umwaka umwe kandi itagira akanenge+. Mushobora gutora umwagazi w’intama canke w’impene.

  • Abalewi 22:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Ntimukwiye kuzana igitungwa na kimwe gifise akanenge+, kuko vyotuma mudashimwa n’Imana.

  • Yohani 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Bukeye, Yohani abona Yezu aza amutumbereye, aca avuga ati: «Raba Umwagazi w’intama+ w’Imana, ukuraho igicumuro+ c’isi+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika