2 Amazina y’izo ntumwa 12 ni aya+: ubwa mbere, Simoni batazira Petero+ na mwenewabo Andereya+; Yakobo umuhungu wa Zebedayo na mwenewabo Yohani+; 3 Filipo na Barutelemi+; Toma+ na Matayo+ umutozakori; Yakobo mwene Alufayo na Tadeyo;
13 Bukeye, ahamagara abigishwa biwe maze atoramwo 12, ari na bo kandi yise intumwa+. 14 Na bo ni aba: Simoni ari na we yise Petero, mwenewabo Andereya, Yakobo, Yohani, Filipo+, Barutelemi,