Matayo 4:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Yigiye imbere, abona abandi bagabo babiri bavukana, ari bo Yakobo umuhungu wa Zebedayo na mwenewabo Yohani+. Bari mu bwato bari kumwe na se wabo Zebedayo, bariko barashona insenga zabo. Aca arabahamagara+.
21 Yigiye imbere, abona abandi bagabo babiri bavukana, ari bo Yakobo umuhungu wa Zebedayo na mwenewabo Yohani+. Bari mu bwato bari kumwe na se wabo Zebedayo, bariko barashona insenga zabo. Aca arabahamagara+.