ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Amazina y’izo ntumwa 12 ni aya+: ubwa mbere, Simoni batazira Petero+ na mwenewabo Andereya+; Yakobo umuhungu wa Zebedayo na mwenewabo Yohani+;

  • Matayo 27:55, 56
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 55 Ico gihe kandi hariho abagore benshi bariko babirabira kure. Bari baherekeje Yezu bavuye i Galilaya kugira bamwitwararike*+. 56 Muri bo harimwo Mariya Magadalena, Mariya nyina wa Yakobo na Yoze*, na nyina w’abahungu ba Zebedayo+.

  • Mariko 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Yakobo umuhungu wa Zebedayo na mwenewabo Yohani (ari bo yataziriye Bowanerige, bikaba bisobanura ngo: «Abana b’umuturagaro+»),

  • Mariko 10:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Yakobo na Yohani, ari bo bahungu ba Zebedayo+, baca baramwegera, bamubwira bati: «Mwigisha, dushaka ko udukorera ikintu tugira tugusabe+.»

  • Yohani 21:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Abari ng’aho bari Simoni Petero, Toma (uwo bita Ihasa+), Natanayeli+ w’i Kana h’i Galilaya, abahungu ba Zebedayo+ n’abandi bigishwa biwe babiri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika