Yohani 12:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Ubu rero iyi si iraciriwe urubanza. Umutware w’iyi si+ agira atabwe hanze+. Yohani 14:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Sinkivugana namwe vyinshi, kuko umutware w’isi+ ariko araza, kandi nta bubasha amfiseko+.