ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 ni ko na twebwe naho turi benshi, turi umubiri umwe mu bumwe na Kristu, mugabo umwe wese akaba igihimba cegukira mugenziwe+.

  • 1 Abakorinto 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Ndabahimiriza rero bavukanyi mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu, ngo mwese muvuge rumwe kandi ntihabe amacakubiri muri mwebwe+. Ahubwo mwunge ubumwe neza mu kubona ibintu kumwe no mu kwiyumvira kumwe+.

  • Abagalatiya 3:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Nta Muyuda ariho canke Umugiriki+, nta mushumba canke uwidegemvya+, nta mugabo canke umugore+, kuko mwese muri umwe mu bumwe na Kristu Yezu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika